ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 77:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ibicu vyarindimuye amazi mu kwotoroka nk’umuturagaro+;

      Ibirere vyuzuye ibicu vyarekuye ijwi.

      Mbere, imyampi yawe yanyuragiranye irya n’ino+.

  • Zaburi 77:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Ijwi ry’umuturagaro wawe ryari rimeze nk’amakurudumu y’umukogote+;

      Imiravyo yabonesheje ubutaka bwimbuka+;

      Isi yahinze agashitsi, itangura gutigita+.

  • Zaburi 144:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Nuravye imiravyo, ubasanzaze+;

      Rungika imyampi yawe, ubate mu muvurungano+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika