Zaburi 90:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Imbere y’uko imisozi ivuka+,Imbere y’uko utangura kuvyara isi+ be n’ubutaka bwimbuka+, nko mu bubabare bw’ibise,Mbere kuva igihe kitagira urugero gushika igihe kitagira urugero, uri Imana+. Zaburi 93:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Intebe yawe y’ubwami ishimangiye kuva kera na rindi+;Uri uwo kuva igihe kitagira urugero+. Ivyahishuwe 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Ndi Alufa na Omega*+,” ni ko Yehova Imana avuga, “Umwe ariho kandi yariho kandi ariko araza+, Mushoboravyose+.”
2 Imbere y’uko imisozi ivuka+,Imbere y’uko utangura kuvyara isi+ be n’ubutaka bwimbuka+, nko mu bubabare bw’ibise,Mbere kuva igihe kitagira urugero gushika igihe kitagira urugero, uri Imana+.
8 “Ndi Alufa na Omega*+,” ni ko Yehova Imana avuga, “Umwe ariho kandi yariho kandi ariko araza+, Mushoboravyose+.”