ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Umusiguzi 4:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Kandi jewe narahindukiye ngo mbone ibikorwa vy’agahahazo+ vyose bikorerwa munsi y’izuba, maze, ehe amosozi y’abahahazwa+, mugabo nta muhoza bari bafise+; kandi ku ruhande rw’ababahahaza hari ububasha, ku buryo ata muhoza bari bafise.

  • Abaroma 9:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Nimba rero Imana, naho igomba kwerekana uburake bwayo no kumenyekanisha ububasha bwayo yarihanganiye n’ukwiyumanganya kwinshi ivyombo vy’uburake vyagizwe ibibereye gutikizwa+

  • 2 Petero 2:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 kuko uwo muntu w’umugororotsi, kubera ivyo yabona kandi akumva igihe yaba muri bo, uko bukeye uko bwije umutima wiwe ugororotse wamana akababaro kubera ibikorwa vyabo vy’ubugarariji⁠—

  • 2 Petero 3:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Yehova ntatevye ku bijanye n’umuhango wiwe+, nk’uko bamwe babona uguteba, ahubwo yihanganiye mwebwe kuko adashaka yuko hagira n’umwe arandurwa, ahubwo ashaka ko bose bashika ku kwigaya+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika