Yobu 33:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Azoririmbira abantu ngo:‘Naracumuye+; kandi ibigororotse narabigoretse,Kandi koko si co cari ikintu kibereye kuri jewe. Imigani 29:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Iyo abagororotsi babaye benshi, abantu baranezerwa+; mugabo iyo umubisha aganje, abantu baraniha+. Yesaya 1:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ewe kuntu igisagara cari icizigirwa+ cacitse maraya+! Cari cuzuye ubutungane+; ubugororotsi ubwabwo bwahora buba muri co+, ariko ubu haba abicanyi+. Matayo 26:59 Bibiliya y’isi nshasha 59 Muri uwo mwanya, abakuru b’abaherezi hamwe n’Inama Nkuru* yose bariko barondera ibirego vy’ikinyoma bagiriza Yezu kugira bamwice+, Ivyakozwe 7:52 Bibiliya y’isi nshasha 52 Ni nde mu bahanuzi ba sokuruza banyu batahamye+? Egome, barishe+ abamenyesheje hakiri kare ivyerekeye ukuza kwa wa Mugororotsi+, uwo mwaguze mukongera mukica+,
27 Azoririmbira abantu ngo:‘Naracumuye+; kandi ibigororotse narabigoretse,Kandi koko si co cari ikintu kibereye kuri jewe.
21 Ewe kuntu igisagara cari icizigirwa+ cacitse maraya+! Cari cuzuye ubutungane+; ubugororotsi ubwabwo bwahora buba muri co+, ariko ubu haba abicanyi+.
59 Muri uwo mwanya, abakuru b’abaherezi hamwe n’Inama Nkuru* yose bariko barondera ibirego vy’ikinyoma bagiriza Yezu kugira bamwice+,
52 Ni nde mu bahanuzi ba sokuruza banyu batahamye+? Egome, barishe+ abamenyesheje hakiri kare ivyerekeye ukuza kwa wa Mugororotsi+, uwo mwaguze mukongera mukica+,