ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 39:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Mugabo inteko za gisirikare z’Abakaludaya zitangura kuboma inyuma+, zihambiriza Zedekiya mu biyaya vy’ubugaragwa vy’i Yeriko+. Maze baramufata bamuduganira Nebukadirezari umwami wa Babiloni i Ribula+ mu gihugu ca Hamati+, kugira ngo amucire urubanza+.

  • Yeremiya 52:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Maze bafata umwami hanyuma bamudugana ku mwami wa Babiloni+ i Ribula+ mu gihugu ca Hamati+, kugira ngo amucire urubanza+.

  • Daniyeli 5:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Kubera ko yamugize uwuhambaye, ibisata vyose vy’abantu, imiryango yose y’amahanga n’indimi zose vyarajugumira, bigatinya imbere yiwe+. Uwo ashaka kwica yaramwica; uwo ashaka kumangura yaramumangura; uwo ashaka gushira hejuru yaramushira hejuru; kandi uwo ashaka gutetereza yaramutetereza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika