2 Abami 22:1 Bibiliya y’isi nshasha 22 Yosiya+ yari afise imyaka umunani igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka mirongo itatu n’umwe aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Yedida umukobwa wa Adaya w’i Bozikati+. Yeremiya 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 uwo ijambo rya Yehova ryajeko mu misi ya Yosiya+ mwene Amoni+, umwami wa Yuda, mu mwaka ugira cumi na gatatu w’ingoma yiwe+.
22 Yosiya+ yari afise imyaka umunani igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka mirongo itatu n’umwe aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Yedida umukobwa wa Adaya w’i Bozikati+.
2 uwo ijambo rya Yehova ryajeko mu misi ya Yosiya+ mwene Amoni+, umwami wa Yuda, mu mwaka ugira cumi na gatatu w’ingoma yiwe+.