Zakariya 8:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 “Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘Muri iyo misi, abantu cumi bo mu ndimi zose z’amahanga+ bazofata+ koko impuzu* y’Umuyuda+, bavuge bati: “Turajana+, kuko twumvise yuko Imana iri kumwe namwe+.”’” Abafilipi 1:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kimwe gusa, mwigenze nk’uko bibereye+ inkuru nziza yerekeye Kristu, kugira ngo nje kubaraba canke ntahari, numve ivyanyu, yuko muhagaze mushikamye mu mpwemu imwe, murwanira hamwe*+ urugamba mufatanye mu nda ku bw’ukwizera kujanye n’inkuru nziza,
23 “Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘Muri iyo misi, abantu cumi bo mu ndimi zose z’amahanga+ bazofata+ koko impuzu* y’Umuyuda+, bavuge bati: “Turajana+, kuko twumvise yuko Imana iri kumwe namwe+.”’”
27 Kimwe gusa, mwigenze nk’uko bibereye+ inkuru nziza yerekeye Kristu, kugira ngo nje kubaraba canke ntahari, numve ivyanyu, yuko muhagaze mushikamye mu mpwemu imwe, murwanira hamwe*+ urugamba mufatanye mu nda ku bw’ukwizera kujanye n’inkuru nziza,