Mika 7:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Umwansi wanje azobibona yicwe n’ibimaramare+, umwe yahora ambwira ngo: “Ari hehe Yehova Imana yawe+?” Amaso yanje azomwitegereza+. Ubu rero azocika ahantu ho guhonyanga, nk’urwondo rwo mu mabarabara+. Zakariya 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko ehe ngira ndabazungagirize ukuboko+, kandi koko bazobera isahu abashumba babo+.’ Namwe muzomenya koko yuko Yehova nyen’ingabo ari we yantumye+. Abaroma 8:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Ni nde azorega abatowe n’Imana+? Imana ni Yo ibita abagororotsi+.
10 Umwansi wanje azobibona yicwe n’ibimaramare+, umwe yahora ambwira ngo: “Ari hehe Yehova Imana yawe+?” Amaso yanje azomwitegereza+. Ubu rero azocika ahantu ho guhonyanga, nk’urwondo rwo mu mabarabara+.
9 Kuko ehe ngira ndabazungagirize ukuboko+, kandi koko bazobera isahu abashumba babo+.’ Namwe muzomenya koko yuko Yehova nyen’ingabo ari we yantumye+.