ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 9:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Maze Yehova amubwira ati: “Numvise isengesho+ ryawe n’ugusaba ubutoni kwawe wasabishije ubutoni imbere yanje. Nejeje+ iyi nzu wubatse mu kuyishiramwo izina ryanje+ gushika igihe kitagira urugero; kandi ata gukeka amaso yanje+ n’umutima wanje bizokwama biri ng’aho+.

  • 2 Ngoma 7:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Ubu ntoye+ koko iyi nzu kandi ndayejeje, kugira ngo izina ryanje+ rihabe gushika igihe kitagira urugero+, kandi amaso yanje n’umutima wanje bizokwama ari ho biri+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika