2 Ngoma 15:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko arasohoka aja imbere ya Asa maze amubwira ati: “Nyumvirize, ewe Asa na Yuda yose na Benyamini yose! Yehova azobana namwe nimwabana na we+; nimwamurondera+, azoreka mumuronke, mugabo nimwamuheba azobaheba+. Zaburi 46:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yehova nyen’ingabo ari kumwe natwe+;Ya Mana ya Yakobo ni ahantu hakirurutse hatagira inkomanzi hacu+. Sela. Yesaya 8:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nimwunge umugambi, ariko uzosenyurwa+! Nimuvuge ijambo iryo ari ryo ryose, ariko ntirizorama, kuko Imana iri kumwe natwe+! Abaroma 8:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 None tuvuge iki kuri ivyo? Nimba Imana idushigikiye, ni nde azoturwanya+?
2 Nuko arasohoka aja imbere ya Asa maze amubwira ati: “Nyumvirize, ewe Asa na Yuda yose na Benyamini yose! Yehova azobana namwe nimwabana na we+; nimwamurondera+, azoreka mumuronke, mugabo nimwamuheba azobaheba+.
7 Yehova nyen’ingabo ari kumwe natwe+;Ya Mana ya Yakobo ni ahantu hakirurutse hatagira inkomanzi hacu+. Sela.
10 Nimwunge umugambi, ariko uzosenyurwa+! Nimuvuge ijambo iryo ari ryo ryose, ariko ntirizorama, kuko Imana iri kumwe natwe+!