Daniyeli 7:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ndegera umwe mu bari bahagaze, kugira ngo ndamusabe amakuru yo kwizigirwa kuri ivyo vyose+. Na we mu kumenyesha insobanuro y’ivyo bintu, ambwira ati: Zakariya 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuko mvuga nti: “Abo ni bande ga mukama+?” Umumarayika yariko avugana nanje aca ambwira+ ati: “Ndakwereka abo ari bo.”
16 Ndegera umwe mu bari bahagaze, kugira ngo ndamusabe amakuru yo kwizigirwa kuri ivyo vyose+. Na we mu kumenyesha insobanuro y’ivyo bintu, ambwira ati:
9 Nuko mvuga nti: “Abo ni bande ga mukama+?” Umumarayika yariko avugana nanje aca ambwira+ ati: “Ndakwereka abo ari bo.”