Yesaya 66:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Muzobibona koko, kandi umutima wanyu ntuzobura kwigina+, n’amagufa yanyu+ akanaga nk’ivyatsi biremvye+. Kandi ukuboko kwa Yehova ntikuzobura kumenyeshwa abasavyi biwe+, mugabo ntazobura gusiba abansi biwe+.”
14 Muzobibona koko, kandi umutima wanyu ntuzobura kwigina+, n’amagufa yanyu+ akanaga nk’ivyatsi biremvye+. Kandi ukuboko kwa Yehova ntikuzobura kumenyeshwa abasavyi biwe+, mugabo ntazobura gusiba abansi biwe+.”