Zakariya 4:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Uwo mumarayika yariko avugana nanje ambwira rero ati: “Ntuzi koko ico ivyo bisobanura?” Nanje nti: “Oya, mukama wanje+.”
5 Uwo mumarayika yariko avugana nanje ambwira rero ati: “Ntuzi koko ico ivyo bisobanura?” Nanje nti: “Oya, mukama wanje+.”