Abalewi 19:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ntimuze murahire mw’izina ryanje mubesha+, bigatuma uhumanya koko izina ry’Imana yawe. Ndi Yehova. Yesaya 48:1 Bibiliya y’isi nshasha 48 Nimwumve ibi, yemwe nzu ya Yakobo, mwebwe abiyitirira izina rya Isirayeli+ mukaba kandi mwavuye mu mazi ya Yuda+, mwebwe abarahira mw’izina rya Yehova+ mukavuga mbere Imana ya Isirayeli+, atari mu kuri kandi atari mu bugororotsi+. Yeremiya 5:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Naho bovuga bati: “Turahiye ukubaho kwa Yehova!”, boba bariko barahira babesha+.
12 Ntimuze murahire mw’izina ryanje mubesha+, bigatuma uhumanya koko izina ry’Imana yawe. Ndi Yehova.
48 Nimwumve ibi, yemwe nzu ya Yakobo, mwebwe abiyitirira izina rya Isirayeli+ mukaba kandi mwavuye mu mazi ya Yuda+, mwebwe abarahira mw’izina rya Yehova+ mukavuga mbere Imana ya Isirayeli+, atari mu kuri kandi atari mu bugororotsi+.