Abalewi 14:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Aze ategeke ko nya nzu isiturirwa hasi kumwe n’amabuye yayo n’ibiti vyayo n’ubudongo bw’ibumba bwayo bwose, yongere ategeke ko bijanwa hanze y’igisagara, ahantu hahumanye+. Imigani 3:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Umuvumo wa Yehova uri ku nzu y’umubisha+, ariko ahantu abagororotsi baba arahahezagira+. Yakobo 5:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Inzahabu n’ifeza vyanyu bimazwe n’ingese, kandi ingese yavyo izobabera nk’intahe ibagiriza kandi izorya inyama zanyu. Ikintu kimeze nk’umuriro+ ni co mwarundanije+ mu misi ya nyuma+.
45 Aze ategeke ko nya nzu isiturirwa hasi kumwe n’amabuye yayo n’ibiti vyayo n’ubudongo bw’ibumba bwayo bwose, yongere ategeke ko bijanwa hanze y’igisagara, ahantu hahumanye+.
3 Inzahabu n’ifeza vyanyu bimazwe n’ingese, kandi ingese yavyo izobabera nk’intahe ibagiriza kandi izorya inyama zanyu. Ikintu kimeze nk’umuriro+ ni co mwarundanije+ mu misi ya nyuma+.