Yeremiya 29:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 ati: ‘Nimwubake amazu muyabemwo, kandi mutere imirima murye ivyo yamye+. Yeremiya 29:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Kuko ico ari co catumye adutumako i Babiloni ngo: “Burabandanya! Nimwubake amazu muyabemwo; nimutere imirima murye ivyo yamye+, . . .”’”’”
28 Kuko ico ari co catumye adutumako i Babiloni ngo: “Burabandanya! Nimwubake amazu muyabemwo; nimutere imirima murye ivyo yamye+, . . .”’”’”