Zakariya 6:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ku bijanye n’umukogote uriko amafarasi yirabura, ano agiye mu gihugu co mu buraruko+; ayera abwirizwa kuja hakurya y’ikiyaga; ay’utudorodonzi na yo abwirizwa kuja mu gihugu co mu bumanuko+.
6 Ku bijanye n’umukogote uriko amafarasi yirabura, ano agiye mu gihugu co mu buraruko+; ayera abwirizwa kuja hakurya y’ikiyaga; ay’utudorodonzi na yo abwirizwa kuja mu gihugu co mu bumanuko+.