Yeremiya 4:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi niwarahira+ koko uti: ‘Ndahiye ukubaho kwa Yehova, mu kuri+, mu butungane no mu bugororotsi+!’, amahanga azoheza rero yiheshe koko umuhezagiro muri we, kandi ni we azokwirata+.” Ivyahishuwe 21:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Uwo wese atsinda azotorana ivyo bintu, kandi nzoba Imana yiwe+, na we azoba umwana wanje+.
2 Kandi niwarahira+ koko uti: ‘Ndahiye ukubaho kwa Yehova, mu kuri+, mu butungane no mu bugororotsi+!’, amahanga azoheza rero yiheshe koko umuhezagiro muri we, kandi ni we azokwirata+.”