Imigani 6:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Hari ibintu bitandatu Yehova yanka koko+; emwe, ibintu indwi ni vyo bitera ishishi umutima wiwe+: Imigani 8:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ugutinya Yehova gusobanura kwanka ibibi+. Ukwishira hejuru n’ubwishime+ n’inzira mbi be n’akanwa kagoramye+, naravyanse.
13 Ugutinya Yehova gusobanura kwanka ibibi+. Ukwishira hejuru n’ubwishime+ n’inzira mbi be n’akanwa kagoramye+, naravyanse.