Yesaya 62:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Uzocika koko urugori rw’ubwiza mu kuboko kwa Yehova+, n’igitambara co mu mutwe c’ubwami mu kiganza c’Imana yawe. Zefaniya 3:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ico gihe nzobacūra, emwe, mu gihe canje co kubakoraniriza hamwe. Kuko nzobagira izina n’ishemezo mu bisata vy’abantu vyose vyo kw’isi, ninagarukana imbohe zanyu muvyibonera,” ni ko Yehova avuze+.
3 Uzocika koko urugori rw’ubwiza mu kuboko kwa Yehova+, n’igitambara co mu mutwe c’ubwami mu kiganza c’Imana yawe.
20 Ico gihe nzobacūra, emwe, mu gihe canje co kubakoraniriza hamwe. Kuko nzobagira izina n’ishemezo mu bisata vy’abantu vyose vyo kw’isi, ninagarukana imbohe zanyu muvyibonera,” ni ko Yehova avuze+.