Mika 7:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ragiza abantu bawe ikibando cawe+, ari bo mukuku w’intoranwa yawe, abahora baba mu kibira ari bonyene—hagati mu murima w’ivyamwa+. Nibarishe i Bashani n’i Gileyadi+ nko mu misi ya kera+.
14 Ragiza abantu bawe ikibando cawe+, ari bo mukuku w’intoranwa yawe, abahora baba mu kibira ari bonyene—hagati mu murima w’ivyamwa+. Nibarishe i Bashani n’i Gileyadi+ nko mu misi ya kera+.