Yesaya 19:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Inzuzi zizobwirizwa kuduhuka; imigende ya Nili ya Misiri izobwirizwa guhōka, igaduke+. Irenga+ n’urukangaga bizobwirizwa gusanguka.
6 Inzuzi zizobwirizwa kuduhuka; imigende ya Nili ya Misiri izobwirizwa guhōka, igaduke+. Irenga+ n’urukangaga bizobwirizwa gusanguka.