Hoseya 5:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Bahemukiye Yehova ubwiwe+, kuko bavyaye abana b’ahandi+. Ubu rero mu kwezi kumwe bazorotsanywa n’imigabane yabo+.
7 Bahemukiye Yehova ubwiwe+, kuko bavyaye abana b’ahandi+. Ubu rero mu kwezi kumwe bazorotsanywa n’imigabane yabo+.