Gusubira mu vyagezwe 28:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Yehova azoguteza ibisazi+, n’uruhumyi+, n’ukuzazanirwa mu mutima+. Zaburi 76:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Bivuye ku guhambara kwawe, ewe Mana ya Yakobo, uwutwara umukogote be n’ifarasi vyasinziriye ubutikoma+.
6 Bivuye ku guhambara kwawe, ewe Mana ya Yakobo, uwutwara umukogote be n’ifarasi vyasinziriye ubutikoma+.