Ezekiyeli 34:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kandi jewe Yehova nzoba Imana yazo+, umusavyi wanje Dawidi na we abe umukuru wazo hagati muri zo+. Jewe Yehova, ndavuze.
24 Kandi jewe Yehova nzoba Imana yazo+, umusavyi wanje Dawidi na we abe umukuru wazo hagati muri zo+. Jewe Yehova, ndavuze.