Kuvayo 14:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Maze umumarayika+ w’Imana y’ukuri yagendera imbere y’ikambi ya Isirayeli arahava, aja inyuma yabo, ya nkingi y’igicu na yo iva imbere yabo, ihagarara inyuma yabo+. Kuvayo 23:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 “Ehe ndungitse umumarayika+ imbere yawe ngo akuzigame ku nzira yongere akuzane ahantu nateguye+.
19 Maze umumarayika+ w’Imana y’ukuri yagendera imbere y’ikambi ya Isirayeli arahava, aja inyuma yabo, ya nkingi y’igicu na yo iva imbere yabo, ihagarara inyuma yabo+.