Yesaya 32:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 gushika dusutsweko impwemu ivuye iyo hejuru+, n’agahinga kakazoba kacitse umurima w’ivyamwa, na nya murima w’ivyamwa ugafatwa nk’ikibira nyaco+. Yesaya 44:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko nzosuka amazi ku wunyotewe+, n’imigezi ishororoka ndayisuke ahantu humye+. Nzosuka impwemu yanje ku ruvyaro rwawe+, n’umuhezagiro wanje ku bamuka kuri wewe. Yoweli 2:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 “Kandi inyuma y’ivyo, uku ni ko bitegerezwa kuba: nzosuka impwemu yanje+ ku bari n’umubiri b’ubwoko bwose+, kandi abahungu banyu n’abakobwa banyu+ bazovuga koko ubuhanuzi. Abatama banyu bazorota indoto. N’abasore banyu bazobona ivyo beretswe. Ivyakozwe 3:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 “Nimwigaye+ rero, muhindukire+ kugira ngo ibicumuro vyanyu bihanagurwe+, ngo ibiringo vy’ukuruhurirwa+ bibone kuza bivuye imbere ya Yehova
15 gushika dusutsweko impwemu ivuye iyo hejuru+, n’agahinga kakazoba kacitse umurima w’ivyamwa, na nya murima w’ivyamwa ugafatwa nk’ikibira nyaco+.
3 Kuko nzosuka amazi ku wunyotewe+, n’imigezi ishororoka ndayisuke ahantu humye+. Nzosuka impwemu yanje ku ruvyaro rwawe+, n’umuhezagiro wanje ku bamuka kuri wewe.
28 “Kandi inyuma y’ivyo, uku ni ko bitegerezwa kuba: nzosuka impwemu yanje+ ku bari n’umubiri b’ubwoko bwose+, kandi abahungu banyu n’abakobwa banyu+ bazovuga koko ubuhanuzi. Abatama banyu bazorota indoto. N’abasore banyu bazobona ivyo beretswe.
19 “Nimwigaye+ rero, muhindukire+ kugira ngo ibicumuro vyanyu bihanagurwe+, ngo ibiringo vy’ukuruhurirwa+ bibone kuza bivuye imbere ya Yehova