Mariko 15:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 bahora bamuherekeza+ kandi bakamukorera udukorwa igihe yari i Galilaya, be n’abandi bagore benshi bari bazananye na we i Yeruzalemu+.
41 bahora bamuherekeza+ kandi bakamukorera udukorwa igihe yari i Galilaya, be n’abandi bagore benshi bari bazananye na we i Yeruzalemu+.