Gusubira mu vyagezwe 33:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko atangura kuvuga ati:“Yehova yaje ava i Sinayi+,Yabarabirijeko ari i Seyiri+.Yasayanganye ari mu misozi y’i Parani+,Kandi yari kumwe n’aberanda ibihumbi mirongo+,Iburyo bwiwe hakaba abarwanyi babo+. Zaburi 149:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ngo bashitsweko ingingo y’ubutungane yanditswe+.Mwene ubwo bwiza bwakaka ni ubw’intahemuka ziwe zose+.Shemeze Ya+! Yoweli 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nimugire ico mufashije, muze, yemwe mahanga mwese muri hirya no hino+, mwikoranirize hamwe+.’” Manukana abanyabubasha bawe muri ico kibanza, Yehova we+!
2 Nuko atangura kuvuga ati:“Yehova yaje ava i Sinayi+,Yabarabirijeko ari i Seyiri+.Yasayanganye ari mu misozi y’i Parani+,Kandi yari kumwe n’aberanda ibihumbi mirongo+,Iburyo bwiwe hakaba abarwanyi babo+.
9 Ngo bashitsweko ingingo y’ubutungane yanditswe+.Mwene ubwo bwiza bwakaka ni ubw’intahemuka ziwe zose+.Shemeze Ya+!
11 Nimugire ico mufashije, muze, yemwe mahanga mwese muri hirya no hino+, mwikoranirize hamwe+.’” Manukana abanyabubasha bawe muri ico kibanza, Yehova we+!