Gusubira mu vyagezwe 16:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kandi nya hantu Yehova Imana yawe azotora+ ni ho utegerezwa gutekera no kurira+, mu gitondo na ho uhindukire uje ku mahema yawe. 1 Samweli 2:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nayo ku bijanye n’ivyo abaherezi bari bafitiye uburenganzira vyava ku bantu+, igihe cose hagize umuntu ashikana ikimazi, umusuku w’umuherezi yaraza afise ikanya y’amenyo atatu mu kuboko, igihe nyene inyama zaba ziriko ziratogota+, Ezekiyeli 46:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Kandi hari umusitari ku mpande zatwo zose, ku mpande zatwo zose uko ari tune, hakaba n’ibibanza vyo gutekeramwo+ vyakozwe munsi ya nya misitari, mu mpande zose.
7 Kandi nya hantu Yehova Imana yawe azotora+ ni ho utegerezwa gutekera no kurira+, mu gitondo na ho uhindukire uje ku mahema yawe.
13 Nayo ku bijanye n’ivyo abaherezi bari bafitiye uburenganzira vyava ku bantu+, igihe cose hagize umuntu ashikana ikimazi, umusuku w’umuherezi yaraza afise ikanya y’amenyo atatu mu kuboko, igihe nyene inyama zaba ziriko ziratogota+,
23 Kandi hari umusitari ku mpande zatwo zose, ku mpande zatwo zose uko ari tune, hakaba n’ibibanza vyo gutekeramwo+ vyakozwe munsi ya nya misitari, mu mpande zose.