Yeremiya 1:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ijambo rya Yehova ryongera kunzako riti: “Ubona iki ga Yeremiya?” Nanje nti: “Mbona agashami k’igiti ca shakedi*.” Zakariya 5:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ambwira rero ati: “Ubona iki+?” Nanje nti: “Mbona umuzingo uguruka, w’uburebure bw’amatambwe* mirongo ibiri, n’ubwaguke bw’amatambwe cumi.”
11 Ijambo rya Yehova ryongera kunzako riti: “Ubona iki ga Yeremiya?” Nanje nti: “Mbona agashami k’igiti ca shakedi*.”
2 Ambwira rero ati: “Ubona iki+?” Nanje nti: “Mbona umuzingo uguruka, w’uburebure bw’amatambwe* mirongo ibiri, n’ubwaguke bw’amatambwe cumi.”