ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 24:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Kandi ubwire bene Isirayeli uti: ‘Nihagira umuntu ahamagarira akabi ku Mana yiwe, ategerezwa rero kwishura igicumuro ciwe.

  • Yesaya 8:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Emwe, umwe wese azoca mu gihugu aremvye kandi ashonje+; kandi uku ni ko bitegerezwa kuba: kubera azoba ashonje kandi yiteye kurakara, azohamagarira akabi ku mwami wiwe no ku Mana yiwe+; emwe, azokwihweza hejuru.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika