1 Timoteyo 6:1 Bibiliya y’isi nshasha 6 Abari munsi y’ingǒgo y’ubushumba bose nibagume babona ko ba shebuja babereye iteka ryuzuye+, kugira ngo izina ry’Imana be n’inyigisho yayo ntivyigere bivugwa nabi+. Tito 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Abashumba+ nibayobokere ba shebuja babo muri vyose+, kandi babashimishe rwose, batavuga ngo na bo bavuge+,
6 Abari munsi y’ingǒgo y’ubushumba bose nibagume babona ko ba shebuja babereye iteka ryuzuye+, kugira ngo izina ry’Imana be n’inyigisho yayo ntivyigere bivugwa nabi+.
9 Abashumba+ nibayobokere ba shebuja babo muri vyose+, kandi babashimishe rwose, batavuga ngo na bo bavuge+,