Zaburi 72:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Izina ryiwe niribeho gushika igihe kitagira urugero+;Imbere y’izuba izina ryiwe nirisagambe,Kandi biciye kuri we biheshe umuhezagiro+; Amahanga yose namwite umuhirwe+. Yesaya 61:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Uruvyaro rwabo ruzomenyekana vy’ukuri mu mahanga+, n’ababamukako bamenyekane mu bisata vy’abantu. Abazobabona bose bazobamenya+, yuko ari uruvyaro Yehova yahezagiye+.”
17 Izina ryiwe niribeho gushika igihe kitagira urugero+;Imbere y’izuba izina ryiwe nirisagambe,Kandi biciye kuri we biheshe umuhezagiro+; Amahanga yose namwite umuhirwe+.
9 Uruvyaro rwabo ruzomenyekana vy’ukuri mu mahanga+, n’ababamukako bamenyekane mu bisata vy’abantu. Abazobabona bose bazobamenya+, yuko ari uruvyaro Yehova yahezagiye+.”