Yesaya 5:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 barya bavuga ngo: “Igikorwa ciwe nicihute; nikize ningoga, tukibone; kandi impanuro ya wa Mweranda wa Isirayeli niyegereze ize, tuyimenye+!” Yesaya 28:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nimwumve rero ijambo rya Yehova, mwa bantu b’abirasi, mwa batware+ b’aba bantu bari i Yeruzalemu:
19 barya bavuga ngo: “Igikorwa ciwe nicihute; nikize ningoga, tukibone; kandi impanuro ya wa Mweranda wa Isirayeli niyegereze ize, tuyimenye+!”