Yesaya 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nimwumve+, mwa majuru, tega ugutwi nawe si, kuko Yehova ubwiwe avuze ati: “Narakujije abana, ndabarera+, mugabo bo barangararije+. Matayo 6:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Nuko rero musenge mutya+: “‘Dawe wa twese uri mw’ijuru, izina ryawe+ niryezwe+.
2 Nimwumve+, mwa majuru, tega ugutwi nawe si, kuko Yehova ubwiwe avuze ati: “Narakujije abana, ndabarera+, mugabo bo barangararije+.