ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 25:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Yakobo araheza aha Esawu umukate n’isupu y’inkore, uno na we atangura kurya no kunywa+. Maze arahaguruka arigira. Ukwo ni ko Esawu yasuzuguye uburenganzira bwiwe bw’imfura+.

  • Itanguriro 27:41
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 41 Ariko Esawu abikira akazikira Yakobo kubera umuhezagiro se wiwe yari yamuhezagiye+, kandi Esawu aguma avuga mu mutima wiwe+ ati: “Imisi y’ikiringo co kugandarira dawe iriko iregereza+. Inyuma y’aho, nzokwica Yakobo mwene wacu+.”

  • Abaheburayo 12:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 ngo ntihabe umusambanyi canke umuntu adaha agaciro ibintu vyeranda nka Esawu+, umwe yaheba uburenganzira bwiwe bw’imfura abukavye isahani imwe y’imfungurwa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika