Itanguriro 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko Yehova Imana abumba umuntu mu mukungugu+ w’ubutaka+ araheza ahuhira mu mazuru yiwe impemu y’ubuzima+, maze nya muntu aba umuntu* muzima+. Zaburi 100:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mumenye ko Yehova ari Imana+.Ni we yaduhinguye, si twebwe ubwacu+.Turi abantu biwe n’intama zo mu buragiriro bwiwe+. Ivyakozwe 17:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 eka mbere ntikorerwa n’amaboko y’abantu nk’aho yoba igira ico ikenera+, kuko ubwayo ari yo iha abantu bose ubuzima+ n’impemu+ n’ibintu vyose.
7 Nuko Yehova Imana abumba umuntu mu mukungugu+ w’ubutaka+ araheza ahuhira mu mazuru yiwe impemu y’ubuzima+, maze nya muntu aba umuntu* muzima+.
3 Mumenye ko Yehova ari Imana+.Ni we yaduhinguye, si twebwe ubwacu+.Turi abantu biwe n’intama zo mu buragiriro bwiwe+.
25 eka mbere ntikorerwa n’amaboko y’abantu nk’aho yoba igira ico ikenera+, kuko ubwayo ari yo iha abantu bose ubuzima+ n’impemu+ n’ibintu vyose.