Nehemiya 5:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Maze ndababwira nti: “Twebwe ubwacu twaragize uko dushoboye tugaruza+ bene wacu b’Abayuda bari baragurishijwe ku mahanga; none namwe muce mugurisha bene wanyu+, kandi bagurishwe kuri twebwe?” Baca bacika nk’ibiragi, ntibaronka ico bavuga+. Mika 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Intahemuka yazimanganye mw’isi, kandi mu bantu nta wugororotse ariho+. Bose babundira gusesa amaraso+. Umwe wese ahigisha urusenga rw’umukwabu mwene wabo+.
8 Maze ndababwira nti: “Twebwe ubwacu twaragize uko dushoboye tugaruza+ bene wacu b’Abayuda bari baragurishijwe ku mahanga; none namwe muce mugurisha bene wanyu+, kandi bagurishwe kuri twebwe?” Baca bacika nk’ibiragi, ntibaronka ico bavuga+.
2 Intahemuka yazimanganye mw’isi, kandi mu bantu nta wugororotse ariho+. Bose babundira gusesa amaraso+. Umwe wese ahigisha urusenga rw’umukwabu mwene wabo+.