Luka 20:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Urumva rero hari abavukana indwi; uwa mbere yabira umugore hanyuma apfa ata mwana afise+.