ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 6:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Kandi utegerezwa gukunda Yehova Imana yawe n’umutima wawe wose+ n’ubuzima bwawe bwose+ n’inguvu zawe zose+.

  • Gusubira mu vyagezwe 10:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 “Ubu none ga Isirayeli, hari ikindi Yehova Imana yawe agusaba+ atari ugutinya+ Yehova Imana yawe, kugira ngo ugendere mu nzira ziwe zose+ no kugira ngo umukunde+, wongere ukorere Yehova Imana yawe n’umutima wawe wose n’ubuzima bwawe bwose+,

  • Yosuwa 22:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Ariko mwitwararike cane gushitsa ibwirizwa+ n’itegeko Musa umusavyi wa Yehova yabategetse, mu gukunda Yehova Imana yanyu+, mu kugendera mu nzira ziwe zose+, mu kugumya amabwirizwa yiwe+, mu kwumira kuri we+ no mu kumukorera+ n’umutima wanyu wose+ n’ubuzima bwanyu bwose+.”

  • Mariko 12:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 kandi utegerezwa gukunda Yehova Imana yawe n’umutima wawe wose n’ubuzima bwawe bwose n’umuzirikanyi wawe wose n’inkomezi zawe zose+.’

  • Luka 10:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Yishura ati: “ ‘Utegerezwa gukunda Yehova Imana yawe n’umutima wawe wose n’ubuzima bwawe bwose n’inkomezi zawe zose n’umuzirikanyi wawe wose+,’ na ‘mugenzawe nk’uko wikunda+.’ ”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika