Luka 4:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Buno amujana i Yeruzalemu amushira hejuru ku gakuta k’ikirindiro+ k’urusengero, amubwira ati: “Nimba uri umwana w’Imana, ikororere hasi uvuye ng’aha+;
9 Buno amujana i Yeruzalemu amushira hejuru ku gakuta k’ikirindiro+ k’urusengero, amubwira ati: “Nimba uri umwana w’Imana, ikororere hasi uvuye ng’aha+;