Matayo 28:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nimugende ningoga rero mubwire abigishwa biwe ko yazuwe+ mu bapfuye, kandi ehe arabitangira imbere kuja i Galilaya+; ni ho muzomubonera. Ehe ndabibabwiye+.” Matayo 28:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ariko ba bigishwa cumi n’umwe baja i Galilaya+ ku musozi aho Yezu yari yababwiye,
7 Nimugende ningoga rero mubwire abigishwa biwe ko yazuwe+ mu bapfuye, kandi ehe arabitangira imbere kuja i Galilaya+; ni ho muzomubonera. Ehe ndabibabwiye+.”