Yohani 5:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Sinshobora gukora ikintu na kimwe ndavyigeneye; nk’uko numva, ni ko nca urubanza; kandi urubanza nca ruragororotse+, kubera ko ntarondera ukugomba kwanje, ahubwo ndondera ukugomba+ kw’uwandungitse. Yohani 6:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 kuko namanutse mva mw’ijuru+ atari ukugira ngo nkore ukugomba kwanje, mugabo ngo nkore ukugomba kw’uwandungitse+.
30 Sinshobora gukora ikintu na kimwe ndavyigeneye; nk’uko numva, ni ko nca urubanza; kandi urubanza nca ruragororotse+, kubera ko ntarondera ukugomba kwanje, ahubwo ndondera ukugomba+ kw’uwandungitse.
38 kuko namanutse mva mw’ijuru+ atari ukugira ngo nkore ukugomba kwanje, mugabo ngo nkore ukugomba kw’uwandungitse+.