Mariko 14:53 Bibiliya y’isi nshasha 53 Buno batwara Yezu ku muherezi mukuru, hanyuma abakuru bose b’abaherezi be n’abagabo b’inararibonye n’abanditsi barakorana+. Yohani 18:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 babanza kumujana kwa Anasi; kuko yari sebukwe wa Kayifa, uwari umuherezi mukuru muri uyo mwaka+.
53 Buno batwara Yezu ku muherezi mukuru, hanyuma abakuru bose b’abaherezi be n’abagabo b’inararibonye n’abanditsi barakorana+.