Yesaya 8:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kandi azoraba kw’isi, asange, yewe ga yee! ni amarushwa n’umwiza+, umukorane, ibihe bigoye n’umuzimagiza ata kwakaka namba+. Yesaya 9:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Abantu bahora bagendera mu mwiza babonye umuco mwinshi+. Nayo ababa mu gihugu c’igitutu kizitanye+, umuco wabakayanganiyeko+.
22 Kandi azoraba kw’isi, asange, yewe ga yee! ni amarushwa n’umwiza+, umukorane, ibihe bigoye n’umuzimagiza ata kwakaka namba+.
2 Abantu bahora bagendera mu mwiza babonye umuco mwinshi+. Nayo ababa mu gihugu c’igitutu kizitanye+, umuco wabakayanganiyeko+.