Imigani 27:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Hariho ubunyamaswa bw’ubushangashirwe, be n’isegenya ry’ishavu+, mugabo ni nde yohagarara imbere y’ishari+? Yohani 12:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Abafarizayo+ rero bavugana hagati yabo bati: “Murabona ko ata na kimwe muriko murashikako. Raba! Isi yose yamukondoreye inyuma+.” Abaroma 1:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 n’ingene bari buzuye ukutagororoka kwose+, ububisha+, umwina+, ububi+, buzuye agashari+, ubwicanyi+, ugushihana+, ubuhendanyi+, agatima ko gukora ikibi+, bakaba abavuga ubwongoshwe+,
4 Hariho ubunyamaswa bw’ubushangashirwe, be n’isegenya ry’ishavu+, mugabo ni nde yohagarara imbere y’ishari+?
19 Abafarizayo+ rero bavugana hagati yabo bati: “Murabona ko ata na kimwe muriko murashikako. Raba! Isi yose yamukondoreye inyuma+.”
29 n’ingene bari buzuye ukutagororoka kwose+, ububisha+, umwina+, ububi+, buzuye agashari+, ubwicanyi+, ugushihana+, ubuhendanyi+, agatima ko gukora ikibi+, bakaba abavuga ubwongoshwe+,