Mariko 15:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Pilato, kugira ngo ashirire iryo sinzi aho rishaka+, abarekurira Baraba, hanyuma amaze gukubitisha Yezu, aramutanga ngo amanikwe+. Luka 23:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 arekura+ wa muntu yari yatawe mw’ibohero kubera ubugumutsi n’ubwicanyi, ari na we bariko barasaba, mugabo atanga Yezu ngo bamugire uko bagomba+.
15 Pilato, kugira ngo ashirire iryo sinzi aho rishaka+, abarekurira Baraba, hanyuma amaze gukubitisha Yezu, aramutanga ngo amanikwe+.
25 arekura+ wa muntu yari yatawe mw’ibohero kubera ubugumutsi n’ubwicanyi, ari na we bariko barasaba, mugabo atanga Yezu ngo bamugire uko bagomba+.