Mariko 15:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Vyongeye, baza baramuhondesha irenga mu mutwe bongera bamucirako, bakaza baramwunamira bapfukamye+. Yohani 19:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 batangura kuza kuri we bavuga bati: “Ndabugize, Mwami w’Abayuda!” Bongera bamukubita amakofe mu maso+.
19 Vyongeye, baza baramuhondesha irenga mu mutwe bongera bamucirako, bakaza baramwunamira bapfukamye+.
3 batangura kuza kuri we bavuga bati: “Ndabugize, Mwami w’Abayuda!” Bongera bamukubita amakofe mu maso+.