ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 22:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Nayo abambona bose, bantwengera mw’ijigo+;

      Baguma bataburura iminwa, baguma bazunza umutwe, ngo+:

  • Zaburi 109:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Kuri bo jewe nacitse ikintu co gusigwa iceyi+.

      Barambona, bagatangura kuzunza umutwe+.

  • Luka 23:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 Abantu na bo bari bahagaze bitegereza+. Mugabo abatware baguma bishinyira, bavuga ngo: “Abandi yarabakijije; niyikize+, nimba uyo ari we Kristu w’Imana, Uwatowe+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika